Gaga Blue na Natacha Ngendabanka bagiye gushira ahabona indirimbo barikumwe

0

Umuririmvyi w’umurundi Gaga Blue afadikanije na mugenzi we Natacha Ngendabanka bari mu nzu ihinyanyura indirimbo aho bariko barakora indirimbo iryoshe cane,indirimbo bibaza ko izokundwa nabatari bake,indirimbo yitwa Utaipenda
gaga blue na Natacha Ngendabanka
Nkuko amakuru dukesha uyo muririmvyi Gaga Blue avuga ko nyuma yaho abantu atari bake barindiriye indirimbo ya Gaga Blue na Natacha Ngendabanka ubu ntibikiri urukurukuru kuko indirimbo yamaze gutangurwa gukorwa kandi mu minsi ya vuba igiye kuja ahabona abantu bagatangura kuyumva ku masamirizi atandukanye
natacha na Gaga

Tworangiza tubamenyesha ko Umuhinyanyuzi ariko arayihinyanyura iyo ndirimbo ari umuhinyanyuzi Mugisha Amir abenshi bazi kw’izina rya Amir Pro

Facebook Notice for EU! You need to login to view and post FB Comments!