Fuadi Ndayisenga na Yamin selemani bashikanye amaguru 2 mu mugwi wa vitalo’o fc

0

Abakinyi 2 aribo fuadi Ndayisenga na Ndikumana yamin selemani bamaze gushikana amaguru yabo yose mu mugwi wa vitalo,umugwi uzoserukira igihugu c’uburundi mw’ihiganwa ry’imigwi yabaye iya mbere iwabo.
yamin selemani
Abo bakinyi bakaba basinye amasezerano yo gukinira uyo mugwi mu kiringo c’umwaka umwe umwe.
Tworangiza tubamenyesha ko fuadi Ndayisenga na Yamin Selemani bigeze kuba abakinyi ba vitalo mu myaka iheze