6600 volt niyo ndirimbo nshasha ya Gn na Prince Mushindi

0

Abaririmvyi 2 basanzwe baririmba indirimbo zihayagiza Imana Gospel Music aribo Gn na Prince Mushindi bagiye gushira ahabona indirimbo yitwa 6600 volt nkuko umwe murabo yashoboye kuvyivugira
6600

Iyo ndirimbo 6600 volt akaba ari indirimbo izoba ije gutangaza benshi kuko izoba ari indirimbo iryoshe cane,umuntu wese yipfuza kumenya ivyoba bizoba biri muri iyo ndirimbo 6600 volt

Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo igiye kuja ahabona vuba