Franck G80 arahumuriza abakunzi biwe

0

Umuririmvyi w’umurundi yamenyekanye cane ku ndirimbo ”Mbe Mukunda iki?”ariwe Franck G80 aramenyesha abakunzi biwe na cane cane abakunzi b’umuziki muri rusangi ko ataho yagiye ahubwo ubu ngo aje atavyorosha mu muziki ndundi
franck g80

Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Franck G80 akaba yavuze ati:kubibaza yuko noba narahevye kuririmba nobamenyesha ko nkigihari kandi ndiko ndakora vyinshi kandi vyiza kugira abakunzi banje babandanye kuronka ibintu vyiza cane,Franck G80 akaba yabandanije avuga ko mu minsi iheze yashize ahabona indirimbo iryoshe cane,indirimbo ivuzwa cane ku masamirizi ya hano mu Burundi,indirimbo yitwa ”Freedom”

Ku batari bwabone indirimbo ya Franck G80 yirabe hano: