Fizzo yateguriye igiteramo abakundana

0

Umuririmvyi w’umurundi Mugani Desire abenshi bazi kw’izina rya Big Fizzo agiye gukora igiteramo ku munsi mukuru w’abakundana,igiteramo kizoba kw’igenekerezo rya 13/1/2016 muri Kaizen club mu gihugu c’urwanda.
fizzo kaizen
Muri ico giteramo Big Fizzo akazoba ari wenyene nkuko muvyibonera kuri co capa ndangagiteramo

Tworangiza tubamenyesha ko Big Fizzo muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’urwanda.