Miami Mbakiye yaronse igikombe mu mugwi wiwe mushasha.

0

Uwahoze ari umukinyi w’umugwi wa vitalo fc Miami Mbakiye abenshi bazi kw’izina rya baby yaronse igikombe mu mugwi wiwe mushasha,umugwi wo mu gihugu ca Mozambique,umugwi wa ferrovioro.
miami mbakie
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Miami Mbakiye akaba yamenyesheje ko yaronse igikombe mu mugwi wiwe mushasha,Miami akaba yanditse aya majambo:Mon premier cup, dan mon nouveaux club ferroviaro de maputo
Mu rurimi rw’ikirundi bikaba bisigura ati:Igikombe canje ca mbere,mu mugwi wanje mushasha wa ferrovioro w’i maputo.
Tworangiza tubamenyesha ko uyo mukinyi yigeze guca no mu gihugu c’urwanda gukina