Evariste Ndayishimiye: “Ingoro z’umugambwe CNDD-FDD zose n’amashure”.

0

Mu gihe Umunyamabanga mukuru w’umugambweCNDD-FDD, Evariste Ndayishimye, yariko arugurura icese ingoro y’Umugambwe CNDD-FDD muri komine ya Murwi Mu ntara ya Cibitoke kuri uyu w’Imana 11/11/2018, yamenyesheje ko ‘ingoro z’umugambwe CNDD-FDD zose ari amashure’

Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ati: « Vyoba vyo, ingoro y’umugambwe iretse kubaho mu gihe itaba ari ishure ».

Ivyo akaba yabivuze kugira yerekane ko mu ngoro y’umugambwe CNDD-FDD ariho abagumyabanga bakwiye kuza barigira ibintu n’ibindi bijanye n’umugambwe wabo hamwe n’ibijanye n’igihugu c’Uburundi.

Mukurikire hano: