Emmy Pro muri indonyi Record arifuriza Noel Nziza abarundi bose

0

Umuhinyanyuzi akomeye cane muvyo gukora amasanamu ariwe emmy Pro arifuriza abarundi bose Noel Nziza nkuko uyo muinyanyuzi yavyiganiye ikinyamakuru cacu ubmnews mu kiganiro yaduhaye.
emmy indonyi
Emmy Pro ati:Ndifurije abarundi bose iyo bava bakagera Noel Nziza
Twobamenyesha ko Emmy Pro ariwe ahagarariye inzu ihinyanyura umuziki ya indonyi record