Dugary Ndabashinze yaronse umugwi mushasha

0

Umukinyi w’umurundi Dugary Ndabashinze yaronse umugwi mushasha agiye gukiniramwo,umugwi wo mu cicaro ca gatatu nyuma yaho yaramaze iminsi ata mugwi afise.
dugary
Dugary Ndabashinze akaba ari umukinyi yakinye mu mugwi wa Atletico Olympique nyuma yaho yaje kuja mu gihugu c’ububirigi.
Dugary Ndabashinze akaba agiye gukiniranira umugwi wa URLC