Ashley Diva mu biteramo mu ntara zo hagati

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva ari mu biteramo mu ntara zo mu gihugu hagati nkuko uyo muririmvyikazi yashoboye kubishikiriza ikinyamakuru cacu ubmnews mu kiganiro yaduhaye.
ashley diva
Ashley Diva ati:Ndi mu biteramo mu ntara zo hagati mu gihugu,ibiteramo birangiza umwaka wa 2015.
Tworangiza tubamenyesha ko Ashley Diva murivyo biteramo aba arikumwe na band asanzwe arimwo.