Best Life Music: Ejo n’ejo

0

Umugwi Best Life Music uhurikiyemwo imisore ine young dany,young jp,g kiboko,mc vita bahaye ikiganiro ikinyamakuru cacu ubmnews aho batumenyesheje ko ejo ari ejo ko atagisivya bazoshira ahabona amasanamu y’indirimbo yabo Better Than.
best life music

Best Life ati: ejo ntagisivya tuzoshira ahabona amasanamu y’indirimbo better than;igihe c’isaha icenda kuri best outloock hotel i kiriri.
best

Tworangiza tubamenyesha ko ayo masanamu bari kuyashira ahabona kw’igenekerezo rya 12/12/2015 ariko bivanye nuko mu gisagara ca bujumbura umutekano wari muke cane nico gituma bazoyashira ahabona ku munsi w’ejo