Double jay atuzaniye ”Mpikibanza”

0

Umuririmvyi w’umurundi asanzwe ava mu ntara ya gitega yashize ahabona indirimbo yise ”Mpikibanza”,indirimbo iryoshe cane,indirimbo yakoreye mu nzu ihinyanyura indirimbo ya Master Muzik,ikorwa n’umuhinyanyuzi Masterland
double jay
Yumvirize hano: