Domitille Kiramvu yatanze amakuru yuzuyemwo ibitutsi bikomeye kuri Petero Nkurunziza ” Umviriza hano

0

Umwe mubamenyeshamakuru bazwi cane mu Burundi Domitille Kiramvu yatanze amakuru yuzuyemwo ibitutsi bikomeye kuri Petero Nkurunziza aho avuga yuko Ibi bintu biriko birayangara mu Burundi bitari gushika ngaha kuko ngo Petero Nkurunziza aba yarataye akomoka.

kiramvu