Dj Prince agiye kubazanira indirimbo nshasha

0

Dj Prince n’umwe mu baririmvyi b’abarundi bakunzwe cane hano mu gihugu c’uburundi,agiye gusohora indirimbo nshasha yitwa Muganga nkuko uyo muririmvyi yabimenyesheje abicishije ku rubauga rwiwe rwa facebook
dj prince na kolly
Iyo ndirimbo akaba ariko ayikorera mu nzu ihinyanyura indirimbo ya Master Muzik aho ariko ayikorerwa n’umuhinyanyuzi kolly the magic
Tworangiza tubamenyesha ko dj prince asanzwe ari umuririmvyi aririmba mu mudihi wa hip hop