Christian Ntinteretse yakwize imyaka 26 y’amavuko

0

Uwatsindiye ihiganwa primusic mu mwaka wa 2014 ariwe christian ntinteretse yakwije imyaka 26 y’amavuko nkuko yabishikirije abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook
ntinteretse

Christian Ntinteretse ahari mu Rwanda muri kino gihe akaba yanditse ku rubuga rwiwe rwa facebook ashimira abantu bose bamwifurije isabukuru ryiza
christian

Tworangiza tubamenyesha ko christian ntinteretse yamenyekanye cane kubera ihiganwa primusic yatwaye mu mwaka wa 2014