DJ philbyte aratwiganira uko yatanguye umwuga wiwe

0

Dj Philbert n’umwe mu ba dj bakomeye cane hano mu gihugu c’uburundi akaba yatanguy neza na neza mu mwaka wa 2012 aho yaja kuvuza muma diplome canke muma sabukuru,akaba yarabikunda cane gushika aho amenyerera cane atangura kuvuza mutubare dukoma komeye twa hano mu gihugu c’uburundi
dj philbyte

Mu mwaka wa 2013 niho yatanguye kubikora nk’umwuga , aca atangura kuvuza mutubare,atangura gukora kuri saga plage,spot 257,black and white niho yaca atangura gukorana naba dj bakomeye canke nka Dj israel,show hamwe n’abandi.

Tworangiza tubamenyesha ko dj philbyte yigeze kuja mw’ihiganwa mix event aho ndetse yashoboye gutahukana ikibanza ca mbere