Dj Kenny aje atavyorosha mu mwuga wiwe

0

Umwuga wubu dj n’umwuga udakunzwe kuvugwako vyinshi hano mu gihugu c’uburundi ariko mu bindi bihugu hoho n’umwuga ubeshejeho abantu atari bake na cane cane dj kenny wo mu gihugu c’ubuganda

Dj kenny rero n’umu dj akomeye cane muri ico gihugu c’ubuganda,akaba asanzwe akundwa cane muri ico gihugu aho bamuharura ko ariwe yoba afata ikibanza ca mbere muri ico gihugu
dj kenny
Asanzwe avugiriza mu butambiro bukomeye cane bwo muri ico gihigu nko:DEUCES,KK BEACH ,AUTOSPA,THE BOS
Tworangiza tubamenyesha ko vuba uyo mu Dj azodushwaramwo mu gihugu c’uburundi