CIBITOKE: Ubwicanyi bwabaye ndanse ngo ntamunsi wijana hadatowe ikiziga.

0

Aho neza na neza ikinyamakuru canyu arico UBMNEWS.COM cari cashitse aharaye hagandaguriwe bunyamaswa  umuntu gushika n’ubu ataramenyekana aho naho akaba ari kw’ibarabara rya Dorsal hagati na hagati ya CIBITOKE na KINAMA.

2

Abanyagihugu twayaze batumenyesheje ko aho muri commune vyoba vyabaye ndanse ngo kuko ntajoro ry’ijana atamuntu yishwe canke ngo batore ikiziga.

GISD

 

Uwomuntu akaba yararashwe n’abantu gushika n’ubu bataramenyekana.