BUTERERE: Haraye hatowe ikiziga biboneke ko catanguye kunigwa imbere y’uko cicwa.

0

Aho ni muri Komine ya BUTERERE aho mugitondo cokuruno munsi hatowe ikiziga vyaboneka ko imbere yokukigandagura batanguye kukiniba mpaka gushika gipfuye.
5GB

 

Nkuko abanyagihugu babidusiguriye batubwiyeko bamugandaguye mw’ijoro.