UBM News ads UBM News ads
Saturday, April 20, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Cibitoke: Imbonerakure zababa 600 zivuye mu bundi burere zarikozweko kugira zije gufasha gutuza abarwanyi b’abanyarwanda bari mu kibira.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Kuva ku musi w’Imana w’indwi twasozereye, Urwaruka rw’imbonerakure (Urwaruka rwegamiye umugambwe CNDD-FDD) rwababa 600 rwarikozweko n’abajejwe umutekano hamwe n’abajejwe intwaro kugira rujanwe muri komine ya Mabayi gutuza imirwi y’abarwanyi ivuga ikinyarwanda icumbikiye mw’ishamba cimeza rya Kibira. Nkuko tukesha iyi nkuru ikinyamakuru Sos Médias Burundi, Izo mbonerakure ngo zakuwe mu ntara zine arizo :Cibitoke, Bubanza , Bujumbura –rural hamwe no mu gisagara ca Bujumbura.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments