CHRIS NDUGU aherutse gushira ahabona indirimbo yitwa IMANI.

0

Umuririmvyi w’umurundi asanzwe aririmba indirimbo ziyagiza IMANA(gospel music) CHRIS NDUGU aherutse gushira ahabona indirimbo iryoshe cane,indirimbo iri mu rurimi rw’igiswahili,indirimbo yise IMANI.
chris ndugu
Mu kiganiro uyo muririmvyi yaraye agiranye n’ikinyamakuru canyu ubmnews.com,akaba yamenyesheje ko iyo ndirimbo ari indirimbo iryoshe kandi ko ari indirimbo yibaza ko izokundwa na benshi.
chris
Twobamenyesha ko iyo ndirimbo yayikoreye kuri F DONIT kwa Floris Pro.