Chris Na junior mu giteramo mu Cankuzo

0

Nyuma yaho baabwiriye abakunzi babo ko bagarutse nyuma y’umwaka urenga bataboneka mu muziki w’uburundi,abana babiri chris na junior bagiye kugira igiteramo cagakura mu ntara ya cankuzo
chris
Nkuko rero abo bana babiri bashoboye kubishikiriza ikinyamakuru canyu ubmnews bakaba bavuze ko bagiye gukora igiteramo mu ntara ya cankuzo,igiteramo gikomeye cane,igiteramo bibaza yuko kizoshobora kwitabwan’abantu benshi cane
Ku batabazi Chris na Junior twobamenyesha ko arabana bamaze gukora bigashimwa mu muziki ndundi

Raba indirimbo yabo hano: