Amezi 4 ararangiye ama Radio hamwe n’Imboneshakure zimwe zimwe zigenga zugawe.

0

Itariki 14/09/2015 ama Radio hamwe n’imbooneshakure zimwe zimwe zigenga ngo zirarumanije amezi agera kurane 4 yugawe.
ret
rema_rpa
isanganiro
logo-numerique-rpa
Abamenyeshamakuru twayaze batubwiyeko hokorwa ibishoboka kugira ngo abanyagihugu basubire ama Radio hamwe nama Télévision kovyokugururwa kugira ngo bitange umuco mw’iza kubene gihugu.