Umwana w-umuhungu akiri muto yoba yarafise imyaka 13 yatowe ikiziga ciwe k-umugoroba wo kuruwu w-Imana mu mwonga bita Kidimbagu usanzwe ubumbwamwo ibizuku vy-ishirahamwe ONATOUR uri muri komine Matana mu ntara ya Bururi.
Nkuko tubimenyeshwa nababonye ico kiziga, nuko uwo mwana yari umwungere w-impene z-umupfasoni wo k-umusozi wa Bitezi nikwo kurindira ku kagoroba ko acura izo mpene barabura nikwo kuca baja guhiga aho yari yamye aragiye basanga bamwishe bamukereje ibibugita ndetse n-impene zimwe ziribwa. Amatohoza akaba yatanguye kugira hamenyekane uwakoze ubwo bwicanyi.
Â
Â
Recent Comments