Bruno aratuyagira icatumye atangura umwuga wo gufotora

0

Bruno n’umwe mu basore bafotora hano mu gisagara ca bujumbura bakunzwe cane muri ino minsi kuko asanzwe afise ingabirano idasanzwe mu gufotora
bruno

Nyuma rero yo kubona ko afise ingabirano idasanzwe kandi ahurumbigwa n’abantu benshi cane kugira ngo ashobore kubafotora,ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba caramwegereye kiramubaza icatumye atangura gukora uyo muga wo gufotora n’inyungu yoba abikuramwo,Bruno akaba yatwishuye ati:icatumye ntangura ivyo gufotora nuko nabonye ko ndabishoboye kandi ko ariyo ngabirano Imana yampaye hama inyungu ndabikuramwo nuko ndahakura abagenzi benshi kandi bafasha cane mu bintu bimwe bimwe
bruno photogrqph

Twobamenyesha ko kubakeneye kumenya ibikorwa vyuyo musore Bruno bomurondera kuri facebook yiwe Bruno photograph