Friday, August 19, 2022
HomeNewsBosco wa Peace and Love yaraye yitavye Imana

Bosco wa Peace and Love yaraye yitavye Imana

Jean Bosco Ningaza abenshi bazi kw’izina rya Bobo ahurikiye mu mugwi Peace and love yaraye yitavye Imana ahitanywe n’isanganya yaraye akoze aho yari atashe mu rugo iwe
bosco
Nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha umwe mu bahora baririmbana muri uyo mugwi wa peace and love ariwe Vianney Nzigamasabo abenshi bazi kw’izina rya vivy akaba yavuze ati:hari ejo mw’ijoro mu masaha ya satanu y’ijoro niho mugenzi wanje bobo yakora isanganya impande yahari ubuserukizi bw;amerika mu kigobe aca aritaba Imana,tukaba twaje kumushikina kwa Muganga yamaze gucikana

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba gihojeje umuryango wabuze,
Imana imwakire mu bwami bwayo

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments