Big Fizzo yoba ari umufana wa Fc Barcelone?

0

Umuririmvyi w’umurundi Mugani Desire abenshi bazi kw’izina rya Big Fizzo aramenyesha ko akunda cane umugwi wa fc barcelone kandi ko araba umupira w’amaguru iyo uyo mugwi usanzwe ukinamwo Lionel Messi,Neymar junior na Suarez wakinye
mugani desire big fizzo

Abicishije mu kiganiro ”Celebrites show”co mu gihugu c’urwanda,Big fizzo hakaba hari aho yavuze ko akunda cane umugwi wa fc barcelone,kandi ko atigera araba umupira n’umunsi numwe iyo fc Barcelone itakinye

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cashimye kubereka ico kiganiro Big Fizzo yavugiyemwo ko akunda acne umugwi wa Fc Barcelone
Rba hano ico kiganiro:
https://www.youtube.com/watch?v=3CvCoyEHGY8