UBM News ads UBM News ads
Thursday, June 13, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Big Fariouz yagize ico avuga kubishe Gen Adolphe Nshimirimana ” Raba hano ibintu bikomeye yavuze.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umuririmvyi afise indirimbo zikundwa cane na benshi ” Big Fariouz, arababazwa nabagandaguye umuhisi Gen Adolphe Nshimirimana aho avuga ko azokwama amwibuka ibihe vyose.

Big Fizzo

Kubwuno muririmvyi, we avuga ko bagandaguye Adolphe ariko batagandaguye aba General kubwivyo ngo azohora amwibuka nk’incungu ikomeye mu buzima bwiwe.

general-nshimirimana-adolphe-2-d4145

Big Fariouz yagize ati : Bagandaguye Général Nshimirimana Adolph ariko ntibagandaguye aba Généraux , peu importe ivyo bakuvugako canke bakwagiriza ko woba warakoze…For me, I’ll always remember you as Incungu , as my big Brother, as my Uncle and as my best friend.
Rest In Peace Mon Général…Only God will judge You.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments