ABANTU bakora imyuga isaba Umuyagankuba baridogera icigagurika ry’umuyagankuba.

0

Abantu bakora imyuga isaba umuyagankuba baridogera icigagurika ry’umuyagankuba bakavugako ari uruhombo kuribo.

salon
Nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com cashoboye kwegera bamwe mu bakora imyuga isaba umuyagankuba bose bakaba badigorera icigagurika ry’amatara rimaze iminsi riba mu gisagara ca Bujumbura ivyo rero bigatuma bahomba cane kuko ibikorwa baba bakora bisaba umuyagankuba.

regideso

Abo bantu rero bagasaba REGIDESO ko ico kibazo c’umuyagankuba bogikemura kugira ngo akazi kabo kabandanye ukuri kwamye.