Best Life Music ubandanya wifatira akarere ka Afrika

0

Umugwi Best Life Music uhurikiyemwo imisore ine ubandanya wifatira akarere ka Afrika aho indirimbo zuyo mugwi zibica bigacika mu gihugu ca Nigeria
best life nigeria

Nyuma yaho basohoreye amasanamu y’indirimbo better than, ubu ayo masanamu yatanguye kwerekanwa ku mboneshakure yo mu gihugu ca Nigeria,imboneshakure ya Nigezie

nigeria best

Best Life Music ukaba ubaye umugwi wa mbere hano mu Burundi indirimbo yabo iciye muriyo mboneshakure
Raba hano ayo masanamu y’indirimbo Better Than
[youtube id=”s_HeTdjuGSI” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]