Best Life Music mu myiteguro yo gushira ahabona amasanamu y’indirimbo zabo 2

0

Umugwi Best Life Music uhurikiyemwo imisore 4 aribo yound dany,young jp,g koboko hamwe na mc vita ugiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo zabo 2 arizo Ma lova hamwe na Over Dose
blm
Nkuko amakuru dukesha umwe mu bari hafi uyo mugwi wa best life music avugako bagiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo zabo 2 arizo ma lova na over dose kandi ko imwe muri izo yoyo yamaze guhera iyo ikaba ari over dose,bikavugwako mu minsi ya vuba agiye kuja ahabona
Ayo masanamu akaba yakozwe n’umuhinyanyuzi akomeye cane hano mu gihugu cacu,umuhinyanyuzi aharugwa ko ariwe muhinyanyuzi wa mbere muvyo gukora amasanamu ariwe Kent p
best life

kubatazi Best Life Music iyi nimwe mu ndirimbo zabo zakunzwe cane: