Generencha Bidobo yirukanwe mu nzu

0

Umuririmvyi w’umurundi Generencha Bidondo yarirukanwe mu nzu yarasanzwe abamwo muri zone ya bwiza bivanye nuko uyo muririmvyi yaraheranye nyene inzu amafaranga.
generencha bidondo
Nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha ababanyi buyo muririmvyi ngo nuko uyo muririmvyi yaraheranye amafaranga atari make nyene iyo nzu.
Tworangiza tubamenyeshako uyo muririmvyi ubu asavye indaro muri zone ya Buyenzi kw’ibarabara ry’indwi