Amasanamu y’indirimbo vumera y’umugwi ndangakaranga Amagaba yamaze kuja ahabona

0

Amasanamu y’indirimbo Vumera y’umugwi ndangakaranga troupe amagaba yamaze kuja ahabona
amagaba
Ikinyamakuru ubmnews kikaba arico cabaye ica mbere kuronka ayo masanamu nkuko uwurongoye uyo mugwi yabitumenyesheje
Ukeneye kuyaraba yarabe hano ku kinyamakuru cacu