Ashley Diva yoba agiye gushira ahabona indirimbo?

0

Ahari mu gihugu ca kenya muri kino gihe,Ashley Diva ntiyicaye aguma akora cane,akaba agiye no gusohora indirimbo nshasha,indirimbo yibaza ko izoryohera benshi na cane cane abakunzi b’akazi kiwe
diva
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Ashley Diva akaba yabajije abakunzi biwe na cane cane abakunzi b’umuziki w’uburundi ko boba bashaka indirimbo nshasha yiwe,Ashley Diva akaba yanditse ati:Hello wapendwa?
Wangapi wanataka kuskia new track?

Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo igiye gusohoka kandi vuba