Ashley Diva yoba agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Africa?

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva yoba agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Africa nkuko uyo muririmvyikazi yashoboye kubimenyesha abicishije ku rubuaga rwiwe ngurukanabumenyi rwa facebook
diva
Ashley Diva ati:MY NEW VIDEO AFRICA 2016 LOADING…….
VUBA izoja ahabona stay turned
Stay blessed
Love you all
la diva
Ayo akaba ariyo majambo uyo muririmvyikazi yashoboye gushira ku rubuga rwiwe ngurukana bumenyi
Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo Africa yari mu ndirimbo 10 zari mw’ihiganwa isanganiro awards