Urwanda rwatanguye neza ihiganwa rya Chan

0

Umugwi nserukira gihugu w’urwanda w’abakinyi bakina mu bihugu vyabo watanguye neza ihiganwa rya Chan mu gutsinda umugwi wa cote d’ivoire igitsindo 1_0,igitsindo cabonetse gitsinzwe n’umukinyi Emery Bayisenge kuri Penalty.
amavubi
Ayo mahiganwa ya Chan akaba yatanguye kuri uno munsi igenekerezo rya 16 mu gihugu c’urwanda,aho imigwi itari mike yo muri Afrika yitavye ayo mahiganwa ya Chan
amavubi fan
Tworangiza tubamenyesha ko Abakunzi b’umupira w’amaguru atari bake bari baje kuraba urwo rukino na cane cane abakunzi b’amavubi