Ashley Diva yatanguye karaoke muri kenya

0

Nyuma yaho amariye iminsi itari mike yerekeje mu gihugu ca kenya,ashley diva yamaze gutangura ama karaoke muri ico gihugu

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,ashley diva akaba yanditse avugako bizoba bishushe kuko yamaze gutangura ama karaoke muri ico gihugu
diva

Ashley diva akaba ari umuririmvyikazi akunzwe cane,akaba aherutse no gusohora amasanamu y’indirimbo Africa,amasanamu abandanya yerekanwa ku mboneshakure mpuzamakungu
Yarabe hano: