Amasanamu y’indirimbo Warakoze ya Redemption Voice ari mu nzira

0

Amasanamu y’indirimbo Warakoze y’umugwi redemption voice agiye kuja ahabona nkuko umwe mu bahurikiye muri uyo mugwi yashoboye kubimenyesha
redamption voice
Eric Mugisha ati:naragiriwe ubuntu bwo kubona images zizo concert…nukuri faut k uyitunga…clip warakoze yooo..
Tworangiza tubamenyesha ko ayo masanamu ya warakoze arindiriwe cane n’abakunzi buyo mugwi