Amasanamu y’indirimbo Never Change ya Happy Famba agiye kuja ahabona

0

Amasanamu y’indirimbo Never Change y’umuririmvyi Happy Famba agiye kuja ahabona nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha umuhinyanyuzi ariko ahinyanyura ayo masanamu ariwe kent-p
famba

Mu kiganiro kent-p yahaye ikinyamakuru cacu ubmnews akaba yatumenyesheje yuko ayo masanamu asa nuwamaze kuyaheza kuyakora hasigaye gusa ko umuririmvyi happy famba ayashira ku mugaragaro abantu bagatangura kuyabona.

Tworangiza tubamenyesha ko ayo masanamu niyaja ahabona ubmnews izoba iya mbere mu kuyaronka