Ashley Diva yatanze ikiganiro ku mboneshakure y’igihugu

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Girukwishaka Carmelle azwi w’izina rya Ashley Diva yatanze ikiganiro ku mboneshakure y’igihugu mu kiganiro umuririmvyi n’umwuga wiwe gica kuriyo mboneshakure ku minsi yose y’Imana.
ashley
Muri ico kiganiro,Ashley Diva akaba yashikirije vyinshi ndetse aranagira ico ahanura abaririmvyi bandi bagenzi we ingene bokora kugira umuziki w’uburundi utere imbere.
ashley
Tworangiza tubamenyesha ko ico kiganiro yakoze ku mboneshakure bazocerekana ku munsi w’Imana igenekerezo rya 20 uku kwezi nyene turimwo