UBM News ads UBM News ads
Saturday, April 20, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

AMISOM igiye gusezererwa hashingwe urundi rwego rwagutse rwokugarukana amahoro muri Somaliya.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ishirahamwe ry-ubumwe bwa Afrika rimenyesha ko rigiye kwagura ibikorwa vya gisirikare mu gihugu ca Somaliya , aho abasirikare bo mw-uwo muryango bamaze imyaka 14  barwanya abihevyi bo mu muhari ki isiramu Al-shabaab.Image

Umuryango w-ubumwe bwa Afrika umenyesha ko ubwo butumwa bushasha izobukorera hamwe n-ishirahamwe mpuzamakungu ONU .Ikindi iryo shirahamwe rivuga nuko kwagura ubutumwa bwaryo bwa gisirikare muri Somaliya bizokenera abandi basirikare bava mu bindi bihugu vya Afrika biyongera kubari bahasanzwe.

Tubamenyeshe ko ibikorwa vya AMISOM bigiye kurangira mu mpera z-uno mwaka w-2021 kugira hace hashingwa urundi rwego rushasha kubijanye no kugarukana amahoro muri Somaliya.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments