UBM News ads

Amasezerano Leta y’Uburundi ikorana n’abarabu , yoba ari uruhendamaso ?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Amasezerano y’Abarabu na Ndayishimiye jewe ntagaciro nshobora kuyaha,kuko bamaze guhenda Abarundi Kenshi!

Mwibuke Ndayishimye akija k’ubutegetsi, Abategetsi ba Saudi Arabia n’Abarwizatunga baho baraje ngaho bavaho bemeye gutanga Amafranga yo kwubaka Ibarabara Bujumbura- Gitega mu buryo bwa Highway(Auto-route) ubu rigeze hehe? Kandi vyavurwa ko 2025 rizoba ryaheze!

Abandi barabu barakurikiye aho nyene bakirwa na President bagenda biyemeje gusubirwamwo ibitaro Roi Khaled mu buryo bwa none, ijisho ryabaye iryo!
Rero ntihagire Abarundi basamazwa n’abo banya Qatar, abo Ahantu hatari inyungu ntibahakorera,Raba aho hakurya yanyu mu Bugesera-Rwanda Airport bariko bahubaka,izoba muzambere muri Afrika nini kandi nziza!
Iwacu inyungu zose z’Abadandaza zarugaranwe,hasigara inyungu z’Abanyepolitique gusa, nico gituma mubona atabanyamahanga bahahurumbira kuhazana Imitahe yabo!!
Naba Vietnam bahazanye Lumitel batera bahomba,ubu bageze aho babiba 2400f kugira mubarihire ama kori!!!

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments