Amasanamu y’indirimbo Only You ya Ben Kayiranga na The ben yamaze kuja ahabona

0

Nyuma yaho abantu benshi baririndiriye amasanamu y’indirimbo ”Only You” y’abaririmvyi babiri basanzwe bamuka mu gihugu kibanyi c’urwanda,ayo masanamu yamaze kuja ahabona
only you
Yarabe hano: