Amasanamu ya Ntangere yoba agiye kuja ahabona

0

Nyuma yaho avugiye ko azoshira ahabona amasanamu y’indirimbo Ntangere ariko abantu bakarindira ntibayabone,ubu hoho Emery Sun agiye kuyashira ahabona ayo masanamu nkuko yashoboye kuvyiganira ikinyamakuru cacu ubmnews
do sun
Mu kigaaniro Emery Sun yaduhaye akaba yatubwiye ati:
Hari haheze amezi nemeye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Ntangere ariko sindayashire ahabona,ubu hoho ngiye kuyakora kuko ibisabwa vyose namaze kubironka,kandi nkaba ngiye kuyikorerwa n’umuhinyanyuzi wo ngaha iwacu akomeye cane,tumubajije uwariwe akaba atashimye kumutubwira izina

Tworangiza tubamenyesha ko Emery Sun ari umuririmvyi yamenyekanye ku ndirimbo ijisho ry’umutima