Monday, September 26, 2022
HomeNewsVideo nshasha ya Jimmy Samson yamutwaye ayababa i Millioni 5 ( 5.000.000...

Video nshasha ya Jimmy Samson yamutwaye ayababa i Millioni 5 ( 5.000.000 TZS )

Umuririmvyi w’Umurundi ariko arakora neza cane murino minsi ( Jimmy Samson )Video yiwe nshasha aheruka gusohora ngo yamutwaye ayababa imilioni 5 zo muri Tanzania.

jimmy

Ivyo akaba yabivuze mu gihe yariko aravugana n’umumenyeshamakuru wa UBM News, kubwiwe avuga ko ico yipfuza ari ukubona amavideo yabarundi ageze kurundi rwego bityo akaba ariyo mpamvu yahisemwo gusohora video ikozwe ku rwego rwo hejuru.

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...