UBM News ads
Tuesday, December 5, 2023
No menu items!
UBM News ads

«Amafaranga 20.000Fbu ya rasiyo, ubu nsanga nongejeko 2500 kugira ngaburire umuryango wanje» bivurwa na Amisi umu ‘mécanicien’ akorera mu Kamenge.

Ubushobozi bwo kuba mu gisagara ca Bujumbura butera bumerera nabi bamwe n’abandi bitewe n’uko ibiciro vy’ibifungurwa ndetse n’ibindi vyankenerwa biguma biduga uko bukeye uko bwije. Imwe mu miryango isanga amafaranga yagenewe gusuma buri musi itagikwiye aho biba ngombwa ko bongezako amahera ku baba bafise amikoro.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments