
Inyuma y’amakuru menshi yagiye avuga ivy’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika, hagiye havugwa amazu y’abanyagihugu, amashure, amavuriro,ikivuko ca Rumonge ndetse n’ica Bujumbura, n’izindi nyubako rusangi nk’ibiraro n’ibindi, ibarabara ry’igihugu inomero 3 (RN3) naryo rihuza ibisagara vya Bujumbura na Rumonge rirageramiwe no gucika ku mutumba Mubone, zone Gitaza muri komine Muhuta, bivuye kw’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika.
Ese leta yoba iriko irakoriki mumaguru masha muriki gihe amazi abandanya atwara ibibanza vyinshi vyari mubigize umutima w’igihugu?





Recent Comments