Akiwacu Fashion Night Imyiteguro Yamaze kurangira

0

Akiwacu Fashion Night ni kuri uyu wa gatanu kuri star hotel aho imisore n’inkumi zizokwerekana akaranga ka kera mu kwambara zimwe mu mpuzu zikinya afrika nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha bamwe mu bariko bategura Akiwacu Fashion Night
akiwacu-fashion-night
Tuganira n’umwe mu bariko bategura Akiwacu Fashin Night akaba yaratubwiye ko imyiteguro yose yamaze kurangira hasigaye gusa ko umunsi ugera hama bakabishira ahabona imbere y’abantu bazoba baje kubashigikira mu kuraba ibintu bateguye kuri uyu wa gatanu,akaba yabandanije atumira abantu ko boza kubwinshi cane kugira bashobore kwirabira ingabirano zugwo rwaruka

Tworangiza tubamenyesha ko Akiwacu Fashion Night izobera kuri star hotel kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 9/9/2016,kwinjira akaba ari amafaranga ibihumbi bitanu,kuwushaka gufasha nawe akazoriha ibihumbi mirongo ibiri