Nyuma yaho hatangarijwe ko umugwi Wasafi Record wo mu gihugu ca tanzania ugiye kuza hano mu gihugu cacu c’uburundi mu giteramo ubu hamaze kumenyekana abaririmvyi b’abarundi bazofasha muri ico giteramo kizoba kirimwo abo baririmvyi batatu bavuye mu gihugu ca tanzaniya aribo Harmonize,Rayomd hamwe na Rich Mavoko
Nkuko rero amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha abari mw’itunganywa ry’ico giteramo avuga ko abaririmvyi b’abarundi bemeye gufasha muri ico giteramo ari:
Q Boy,Black G,Best Life Music,Tity Love,Ashley Diva,Bidondo,Mr Champagne hamwe n’umugwi usanzwe utamba ugezweho muri kino gihe,umugwi wa K.O.D
Tworangiza tubamenyesha ko ico giteramop kizoba kw’igenekerezo rya 24/9/2016 kikazobera kw’ishure rya Independentte impande ya Saint Michel
Recent Comments