Akess na Lolilo mu giteramo i Kigoma

0

Abaririmvyi b’abairi b’abarundi akess na lolilo bagiye gufata inzira berekeza mu gihugu ca tanzaania i kigoma aho bazoshobora gukorayo igiteramo cagakura
akess na lolilo
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,akess akaba yanditse avuga ko abanya kigoma bokwitegura kuko akzess na lolilo bari mu nzira kandi bazobateramisha bimwe bitari biteze kuko bazobaryohera cane,akess akaba yanditse ati:Wa dau wangu wa #KIGOMA ule mda tulio subiria kwa ham umefika. Yani hii sio ya kupoteza. Usipendi kuambiwa. kama una macho fika ujionee, Akes Don NA Lizzo Lolilo tukiwa pamoja na wana wa #KIGOMA ni lazima tuwachezeshe. Waambie siku hio wote wafike.

Tworangiza tubamenyesha ko kizoba ari co giteramo ca mbere akess akoze mu kindi gihugu